Lumitel TV
Lumitel TV

Lumitel TV

Ukoresheje iterefone smartphone n’ikarata simu ya Lumitel, ushobora kuraba amareresi bita Filme, tereviziyo ikibiriraho, imiziki, ama video, umupira w'amaguru. Ca kuri http://lumiteltv.bi/ canke utore

Android Android Entertainment »
( 93 ratings )
Price: $0
Name Lumitel TV
Publisher
Genre Entertainment »
Size 12.314.915 bytes
Version 1.0.4
Update 2022-10-11
Lumitel TV is the most famous version in the Lumitel TV series of publisher
Mod Version 1.0.4
Download
Rate this post
Ukoresheje iterefone smartphone n’ikarata simu ya Lumitel, ushobora kuraba amareresi bita Filme, tereviziyo ikibiriraho, imiziki, ama video, umupira w’amaguru.
Ca kuri http://lumiteltv.bi/ canke utore application uciye kuri App store canke Google play
Shiramwo WIFI canke connexion kugira mukoreshe Lumitel TV (Lumitel ibarekurira gukoresha iki gisata ku buntu ata ma mega mukoresheje gushika italiki 31/5/2019).

Ingene umunywanyi arihishwa mu gukoresha igisata Lumitel TV: Kuva 06/2019
Ushobora gukoresha iki gisata ku munsi/ku ndwi/ku kwezi bivanye nivyo umunywanyi uhisemwo
Umunywanyi arasabwa kwemeza ivyo ashaka gushiramwo mu ntambwe 2 (Umunywanyi ahamagarigwa gufyonda kuri EGO aciye muri WAP canke Application)
Umunywanyi ahejeje guhitamwo ivyo ashaka, araheza akarihishwa bivanye n’imitekero yahisemwo kandi birisubiriza
Kurihishwa: Umunywanyi abandanya akoresha igisata ku munsi yamaze kurihishwa
Kutarihishwa: Umunywanyi ashobora kubandanya akoresha iki gisata mu minsi 30 atarariha. Inyuma yaho atarishe iki gisata kirahagarikwa ivy’agateganyo. Haheze iminsi 60 umunywanyi atarariha iki gisata kiraheza kigahagarikwa burundu kuruwo munywanyi atarishe.


Download ( 12.314.915 bytes)
Rate this post

Recommended for You

You may also like

Comments

Your email address will not be published. Required fields are marked *